Big Fizzo mu giteramo kimwe na Kiss Daniel

0

Umuririmvyi w’umurundi Big Fizzo abandanya abica bigacika aho ari mu gihugu c’urwanda muri kino gihe agiye guhurira mu giteramo kimwe n’umuririmvyi ava mu gihugu ca Nigeria azwi cane ariwe Kiss Daniel,aho bazohurira mu giteramo kimwe mu gihugu c’urwanda
igiteramo ca big fizzo

Muri ico giteramo hakazoba hari n’abandi baririmvyi bava mu gihugu c’urwanda nka Charly na Nina bamemyekamye cane kubera indirimbo Indoro,hakazoba harimwo kandi umuririmvyi Bruce Melodie