Korare Inyenyeri yo mw’ijoro yashize ahabona urukurikirane rwabo rugize n’Indirimbo 10

0

Korare inyeyeri yo mw’ijoro(Etoile Du soir) yo mu kinindo yaraye ishize ahabona urukurikirane rw’indirimbo zabo,urukurikirane rugizwe n’indirimbo 10 nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha abahurikiye muri iyo karere
etoile du soir
Mu kiganiro ikinyamakuru cacu ubmnews twakoze na bamwe mu bahurikiye muri iyo korare bakaba batubwiye yuko bitari vyoroshe kugira ngo baheze urwo rukurikirane rwabo kurukora kuko n’ibintu vyabatwaye amafaranga menshi cane,bibatwara umwanya utari muto ariko bakaba bashimira Imana kubona barashoboye kuruheza ubu abantu bakaba bashobora kwumva indirimbo ziri muri urwo rukurikirane ku masamirizi,bakaba bashobora no kugura ama cd kugiciro kimeze neza
regina pacis de kinindo
Tworangiza tubamenyesha ko uwo kenera kugura iyo cd yotwandikira canke aka twakura kuri izi numero +257491772 hama tukamubwira uko yoyironka