UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ishirahamwe LUMITEL ryavuye mu gacerere ryerekana ibintu bikunda gutwara ama ˮmega‟mu gihe umuntu ataba avyiteze.

UBM News ads

Inyuma y-imyidogo imaze imisi mu banywanyi b-ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru LUMITEL kuvyerekeye ukuntu ama mega yarasigaye anyaruka cane, iryo shirahamwe ryahavuye riva mu gacerere rica ryerekana bimwe mubiriko bituma ama  mega anyaruka cane mugihe umunywanyi ataravyiteze. Ariko iryo shirahamwe ntiryigeze rigera ico rivuga k-umuvuduko muke wa internet umaze imisi wibonekeza mw-uwo muhora.Lumitel signs up 10 percent of Burundian population | Business | Vietnam+  (VietnamPlus)

Murivyo bituma vyerekanywe harimwo:

  • Kwishira ku gihe kwa terefone ˮmise a jour automatique du systeme‟
  • Kwishira ku gihe kwa application ya terefone ˮmise a jour automatique des applications‟
  • Gusangiza internet ˮpoint d-acces mobile‟
  • Gusangiza internet uciye kuri *150# hama ugaca uca kuri 11 partage d-internet.
  • Auto synchronisation y-amakonte nk-uturorero:Gmail, Google drive,..

Abanywanyi b-iryo shirahamwe bamwe twaganiriye bo mu gisagara ca Bujumbura ntibakiriye neza izo nsiguro iryo shirahamwe ryabahaye kuvyari bimaze imisi bituma ama mega  yihuta mu guhera bobo bakabona ko atakindi babona bokora atari kuva mw-uwo muhora bakinjira muyindi mihora nka Smart, Econet-Leo, Onamob hoho bavuga ko bikigendeka na cane cane umuhora wa Smart.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments