UBM News ads

Isabukuru y’imyaka 14 umwami n’abarundi yimitswe muri kivu y’epfo

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Itariki 5 Rusama 2012, umwami wa barundi niho yimikwa muri kivu y’epfo. Kinyoni wa 3, Richard NIJIMBERE . Atwara ubutaka bungana ni birometero kwadarato 800 hafi ica kane c’uburundi. Uyu yimitswe inyuma y’urupfu rwa se aho yimitswe Ku myaka 24.

Abami bagiye baratwara kuva aho ubwami bw’abarundi bugiriyeho ni aba :
-Ntorogwe (1750-1800)
– Makoro (1800-1818)
– Rugendeza (1818-1830)
– Rushimba (1830-1850)
– Kinyoni Ier (1850-1904)
– Mugabo (1904-1922)
– Ndabagoye Ier (1922-1958)
– Kinyoni II Félix (1958-1982)
– Ndabagoye II Nsabimana Floribert (1982 -25 Ndamukiza 2012)
– Kinyoni III Richard Nijimbere ( 5 Rusama 2012 gushika ubu )

Ubu bwami bwatanguye mu kinjana ca 18 aho imiryango y’abanyakarama Yari muri Congo yikebera ico gice co muri kivu.

Ico ubwo bwami bwisangije nuko nk’ahandi uri umusore utegerezwa kuca wubaka ugashinga urwawe,ariko umugeni amukura muri bashiki biwe badasangiye nyina.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments