UBM News ads

Icahoze ari urumuri rumurikira izindi kaminuza mu muzimata

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Kw’ihenekerezo rya 5 Rusama2026 niho ubushikiranganji bw’indero bwashira ahabona uko amakaminuza agenda arusharushanya muri 2026. Mu makaminuza âne ya leta ishule nderabigisha ENS niryo ryarushije ayandi aho ISP ishule rikuru rya ba polisi ariryo riza mu kibanza canyuma.

Mu mashule yigenga ayashoboye kuronka ububasha bwo guhiganwa ni 16 aho ayandi yo atanububasha afise bwo guhiganwa ahubwo leta ifata umugambi wokuyacungira hafi ko ntakwije ibisabwa . Muri Ayo yigenga ishule kaminuza riza ubwa mbere ni Ishule kaminuza rya Ngozi. Ibi biri uko aho hibonekeza amashule menshi cane yigisha abanyeshule abantu bakama bibaza igituma amashule arwira ariko akanovera kakagabanuka.

Benshi barasaba ubushikiranganji bw’indero ko bwoshira ahabona uko amashule arushanya kugira abavyeyi bamenye amashule bokwandikishako abana babo kugira bazotahukane ubumenyi bukwiye butuma bohiganirwa ibibanza bikure bikuru mu makungu no mu gihugu hagati .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments