Iry Tina n’umwe mu baririmvyi b’abarundikazi bakomeye cane,akaba asanzwe akora umwuga wiwe wo kuririmba mu gihugu c’ubuganda agiye gukora ama collabo na bamwe mu baririmvyi bakomeye cane muri Afrika y’ubuseruko nkuko uyo muririmvyi yabimenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews mu kiganiro yaduhaye.

Iry Tina ati:
Inyuma yaho mpejeje video shoot ya Nkwagula izoboneka mu ndwiza…niteguye gukora collabo zikomeye naba super star ba East Africa mbese Africa yose…naho indirimbo zanje ziri mu kiganda, sinibagiye nagato Umuziki ndundi koko ngomba nsubire Ntaguze ibiteramo Burundi-Rwanda night show arije narisanzwe mbikora Kampala kuva mu mwaka uheze..mfashwe m’umugongo na l’opera holding na cane cane L’opéra Records studio nsazw nkoreramwo Ibikogwa vy’umuziki.

Tworangiza tubamenyesha ko Iry Tina asanzwe ari umuririmvyi w’umurundikazi abica bigacika mu gihugu c’uburundi





Recent Comments