Amasanamu y’indirimbo Nyampinga ya Sat-B yoba agiye gusohoka?

0

Amasanamu y’indirimbo Nyampinga y’umuririmvyi Sat-b yoba agiye gusohoka nkuko uyo muririmvyi yashoboye kubishikiriza abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook
sat-b
Sat-b akaba yanditse ati:histoire triste et touchan ya nyampinga uramaze kuyumva urabona uko sat b yarize??? mu gushigikira igikorwa andika “1”
muri comment vuba wironkere video yayo
Tworangiza tubamenyesha ko Nyampinga ari indirimbo ya sat-b yakunzwe cane