Thursday, September 28, 2023
No menu items!
HomeNewsiri niryo shengero ryaha muri America basenga bari gusa '' raba Video...

iri niryo shengero ryaha muri America basenga bari gusa ” raba Video hamwe n’amafoto

Aho ni mu rusengero rwitwa White Tail Chapel, aho usanga abantu benshi baza gusenga bambaye ubusa.

Iri dini abantu basenga bambaye ubusa rikaba ryatanguye ku mugaragaro mu mwaka w’1984 aho nyuma y’umwaka umwe gusa ryari rimaze gukwira muri Leta ya Virginia yose ndetse kugeza aho ryaje gutembererwa n’abantu barenga ibihumbi icumi mu mwaka umwe gusa.

Umwe mu basengera muri uru rusengero rwa “White Tail Chapel” yitwa Katie, yavuze ko mu muryango yavukiyemwo bahora besenga bambaye Impuzu, ariko inyuma yo gukundana n’umugabo yitwa Robert wari mu basenga bambaye ubusa, Katia nawe yaje kwisanga asengera muri runo rushengero.

Katia yakomeje atangaza ko nyuma yo kubakana na Robert muri iri dini, yahise yipfuza ko isi yose yoza isenga yambaye ubusa kuko ngo kuri we abibona nk’impano ikomeye Imana yahaye iri dini.

Umwe mu bayobozi b’iri dini akaba na Pasiteri waryo Allen Parker , we ubwiwe avuga ko mu bihe vy’ibitangaza vyaranze Yesu, kenshi na kenshi yaba yambaye ubusa, yongeraho ko umuntu wese avuka yambaye ubusa ahubwo kwambara impuzu biterwa n’isoni z’icaha kuko uko Imana yaremye umuntu itibeshe ntiyigeze imuremana n’impuzu, yahereje avuga ko Yesu nawe ubwiwe ko yavutse yambaye ubusa.

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments