UBM News ads

Intwazangabo mu gipolisi ikukurutse izoba ifise uruhusha rwo kugura hanze imodoka yo kugenderamwo itarishe ikori.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Intwazangabo mu gipolisi ikukurutse izoba ifise  riha uruhusha  rwo kugura imodoka hanze y-igihugu yo kugenderamwo itarishe ikori ivyo bita «Exonération» mu rurimi rw-igifaransa. Ivyo bikaba biri muvyo inama nshingamateka yize yongera iremeza kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 kigarama 2021 .Burundi: Prestation de serment de nouveaux officiers de police à l'ISP -  Nouvelles du Burundi - Africa Generation News

Ibindi vyizwe mw-iyo nteguro yari yashikirijwe n-umushikiranganji w-umutekano Gervais Ndirakobuca, harimwo ukwo umupolisi w-intwazangabo ashikanye imyaka yo gukukuruka ashobora kwongerwa imyaka ibiri yisubiriza y-akazi mu gihe azoba avyisabiye.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments