Monday, September 26, 2022
HomeNewsIntamba mu rugamba washitse neza muri Namibie

Intamba mu rugamba washitse neza muri Namibie

Umugwi nserukira gihugu w’uburundi intamba mu rugamba washitse amahoro mu gihugu ca namibie aho bazotana mu mitwe nuyo mugwi ku munsi w’ejo
intamba zashitse neza
Uyo mugwi nserukira gihugu ukaba washitse neza muri ico gihugu nkuko amakuru dukesha umunyegori wuyo mugwi nesrukira gihugu w’uburundi
Tworangiza tubamenyesha ko uyo mugwi watsinzwe mu rukino rwabereye i bujumbura ku bitsindo 3_1 nuyo mugwi wa Namibie

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...