Inkuru ibabaje “ Umuryango w’Umurundi wari usanzwe uba muri America mu gisagara ca Amarillo Texas , ugizwe n’abantu 6 , bose baraye bapfiriye mwisanganya ry’imodoka ryabaye Kuruno wa gatatu ( 25-12-2024 )

Jeradi Mpawingabire hamwe na Mapendo Olga , bari kumwe n’abana babo 4 , bivugwa ko bariko barimuka, bava mu gisagara kimwe bimukira mu kindi, ariko munzira bakiriko baragenda niho bahura niryo sanganya riteye ubwoba, aho bagonganye nacakimodoka kinini co mu bwoko bwi truck , uwo mwanya nyene imodoka barimwo yasigaye ari umunyota ndetse ngo ica itangura kwaka umuriro , umuryango wose wari uyirimwo ntanumwe yashoboye kurokoka.





Recent Comments