UBM News ads

Imisi ingenzi zivuye hanze zamara mubwiherero kubera covid19 yagabanijwe

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Bihejejwe kumenyeshwa n’umushikiranganji w’amagara y’abantu  umugangaThadee Ndikumana aho ingenzi izoba ivuye hanze izomara imisi 4 ikaba yahora kare ari imisi indwi; akamenyesha kandi ko bitumwe n’uko umwidogo warusigaye ari mwishi ku ngenzi zaza I burundi aho ngo zahahombera vyishi kw’ico kiringo c’indwi ziri mu bwiherero ( mise en quarantaine).Thadee Ndikumana avuga ko ingenzi yose bazoyipima k’umusi wambere,umusi ugira gatatu bakayigirira igipimo ca kabiri hama ku musi wa kane igaca itaha.May be an image of one or more people and people standing

Umushikiranganji yamenyesheje kandi ko ata kiza ca covid19 kikirangwa mu ntara zo hagati mu gihugu .

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments