UBM News ads

Imihari irwanira mu buseruko bwa Congo yoba igiye gutuzwa burundu?

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Kuwa 6 Mukakaro 2021 mu gisagara ca Bujumbura, harakoranye inama y-abarongoye igendereza ry-ibihugu bitanu vyo mu karere arivyo : congo, Burundi, Rwanda, Tanzaniya, Uganda.RDC: pour Kabila, le soutien rwandais au M23 est un «secret de polichinelle»

Ikiringo c-imyaka ibiri  nico abo barongoye iperereza ryo mw-ivyo bihugu vya karere baraye bihaye  kugira ngo babe bashoboye gutuza imirwi y-abarwanyi  ikorera mu karerere k-ubuseruko bwa Congo. Umurwi uhurikiyemwo bose uzoba ujejwe gukurikirana ibikorwa nyezina bijanye no gutuza iyo mirwi  yitwaje ibirwanisho, uzoba ufise icicaro I Goma muri Republika iharanira Demokarasi ya congo.

Tubamenyeshe ko igice c-ubuseruko bw-igihugu ca Congo kimazemwo imyaka itari mike kihindutse ikirindiro ry-imirwi y-abitwaje ibirwanisho ikomoka mw-ico gihugu canke iyikomoka mu bindi bihugu vy-akarere. Abanyekongo baharurwa ibihumbi n-ibihumbi baramaze kwicwa n-iyo mirwi , abandi barayanyaga barahungira mu bundi burere bwo mw-ico gihugu.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments