Imigenderanire y’Ubufaransa n’u Rwanda ishobora kuba myiza inyuma y’urugendo Paul KAGAME mubu Faransa.

0

Prezida Macron yemeza ko urwo rugendo ruzoba rufise intumbero za poritike, kwibuka hamwe n’iz’ubutunzi. Yavuze kandi ko yemeranije na mugenzi we w’u Rwanda, Paul Kagame, ko bikenewe ko bandika ayandi mateka mashasha mu migenderanire. Urugendo rwiwe ruzoba rubaye urwa mbere rukozwe na perezida w’Ubufaransa kuva Nicolas Sarkozy agendeye u Rwanda mu 2010