Umushikiranganji w-ubutungane Jeanine Nibizi yateye umukono k-urwandiko ruriko ikirangamisi co kurekura abanyororo baherutse guhabwa ikigongwe n-umukuru w-igihugu. Ico kirangamisi kiri mu mice ibiri=
- Igice cambere cerekeye gutanga inyigisho zo gukunda igihugu zizohabwa abanyororo kuva kuruwu wa kane igenekerezo rya 22 Ndamukiza.
- Igice ca kabiri cerekeye kurekura abanyororo kuva k-umusi wa mbere igenekerezo rya 26 gushika kuwa 27 Ndamukiza 2021 .









Recent Comments