UBM News ads
Sunday, December 3, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ikigo CDC co muri Amerika cisubiyeko mugusubiza uburundi mu bihugu Covid19 ari nyishi cane.

Inyuma yaho ikigo co muri Amerika CDC Kigenzura  amagara y-abantu kitangarije ko igihugu c-uburundi kiri mu bihugu bihagaze neza mukwikingira ikiza ca Covid19, ico kigo nyene cisubiyeko mukutangaza ko  uburundi buri mu murwi wa kane w-ibihugu ikiza ca coronavirus kirwiriyemwo kurusha ibindi.May be an image of 1 person, standing and indoor

Ubushikiranganji bw-imigenderanire n-ayandi makungu ya Amerika bukaba bwaciye busohora urwandiko aho rugabisha abanyamerika mu bijanye n-ingendo mu Burundi . Urwo rwandiko ruvuga ruti :ˮ Nti mukahonyoze ikirenge mu Burundi ku gutinyira umugera wa Coronavirus‟

Bamwe n-abandi babona ko icatumye uburundi busubizwa mu murwi w-ibihugu ikiza ca Coronavirus ari cinshi vyoba ari uko Leta y-uburundi itigeze ifata ingingo zifadika mu kurwanya ako karanda kahanze isi . Aha twovuga nko : Kutegerana mu gihe abantu benshi bari hamwe, mu kutategeka abantu bose kwambara udufuka munwa, …..

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments