Igisirikare ca kongo caraye
gitangaje ko cashoboye kwigarurira ibisagara vyinshi vyahora bigenzurwa n’umuhari m23 muri Rutshuru, bakavuga ko intsinzi bayibona.

Kumusi w’Ejo igenekerezo rya 17 nyakanga 2024 igisirikare ca Kongo camenyesheje ko cashoboye kugarukana ibisagara vyinshi vyahora bigenzurwa n’umuhari m23 muri Rutshuru.
Igisirikare ca Kongo kimenyesha ko kizobandanya kurwana gushika gishitse ku ntsinzi.kikamenyesha ko atagace na kamwe umwansi azobatwara.
Leta iharanira intwaro rusangi ya Kongo iri muntambara ikomeye iyihuza n’umuhari 23 mubuseruko bwa Kongo ivyatumye hatangura ibiganiro hagati ya Kongo n’urwanda bihagarariwe n’igihugu ca Angola naho ivyo biganiro ataco vyavuyemwo kubera kongo isabwa kurwanya no gutuza umuhari FDLR nayo ikaba atavyerekwa.





Recent Comments