UBM News ads

Ico womenya kwiyeguzwa rya Donald Trump aba Democrats bariko barategura

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Amerika iri mu bihe bitoroshe cane mu gihe Hari intambara hagati ya Amerika ifatanije na IsraĆ«l barwana na Irani.Benshi harimwo n’inzego za leta nk’iperereza biravugwa ko bari bahanuye Donald Trump kudatera Irani ko ataco bizofasha Amerika atari kumaramara mbere bigatako ikazoba intambara ataco izofasha Amerika.

Aba Democrats bariko barasaba iyeguzwa rya Donald Trump kuntebe y’umukuru w’igihugu ca Amerika. Bariko barasaba ko ingingo ya 25 y’ibwirizwa shingiro yo kubahirizwa aho ivuga uko umukuru w’igihugu asubirizwa. Igihe atakibishoboye yerekana inguvu nkeya,igihe apfuye canke igihe yeguye kukubishaka ko ari icegera c’umukuru w’igihugu aca amasubirira mu mabanga.

Benshi mu ba Democrats babona ko Donald Trump yoba afise agacenga mu mutwe ko hoba umuganga yomupima ingwara zo mu mutwe cane cane ko biboneka ko ivyo avuga uyu munsi atarivyo avuga ejo ,ko Hari kwivuguruza mu majambo yiwe , abandi bakabona ko arinze avuga ko yomara igihugu cose ca Irani ko atobikora atagacenga afise. Donald Trump barakeka cane ko badakurikiranye ubuzima bwiwe bwo mu mutwe bizorangira n’isi ayisize habi.

Ariko gukura umukuru w’igihugu canke kumweguza birasaba ko aba Democarts baronka inguvu nyinshi haba kubaserukira abandi mu ba Republicans. Ico abantu benshi barabona ko kigoye ariko gishoboka.

Igihe Trump yokweguzwa igihugu ca Congo coba kibihombeyemwo cane cane ko Trump yabonetse nk’umuntu ashaka kubafasha kunyungu z’igihugu ciwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments