Ibrahim Boubakar Keïta yabaye perezida wa Mali kuva mu mwaka w-2013 gushika mu 2020 yitavye Imana kuri uyu w-Imana . Umwe mu bagize umuryango wiwe wamenyesheje ko yitabiye Imana muhira iwe i Bamako ku murwa mukuru wa Mali.
Gushika ubu, icahitanye Boubakar ntikiramenyekana . Perezida Ibrahim Boubakar Keita ashengeye ku myaka 76 y-amavuko. Akaba yavuye ku butegetsi mu kwezi kwa kwa Myandagaro 2020 abuvanweko ku nguvu n-abasirikare.
Recent Comments