UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Ibi n’bintu burimuntu wese agomba kwirinda kuvuga burigihe cose !!

UBM News ads

Kuvuga ni uburenganzira bw’umuntu, umuntu yemerewe kuvuga ivyo ashatse vyose, gusa ivyo ushatse vyose hashobora kuzamwo ibibangamira abandi. Ariko mubuzima busanzwe hari utuntu uba udakwiye kuvuga canke kuvugaho abandi kugirango wirinde kovyohava bikugarukira.President

Tumwe murutwo tuntu utemerewe kuvuga nutu:
1.Iyo umuntu agiye kunywa itabi, ntukamubwire ngo aryoherwe kuko rimwicira ubuzima.

2. Iyo umuntu ashize ibintu kuri Facebook bibabaje canke ivyago yahuye navyo, hanyuma ugaca ukanda akajambo “Like” bisigura yuko uba wishimiye ivyamubayeho. Murindire abakoze Facebook nibashiraho akajambo bita “Dislike” muzaze muragakanda canke nimba arikintu kiba kibabaje muze mushiraho Comment ivuga ati “Pole sana”

3. Nubwo atamukuru wigihugu yokundwa nabantu bose ariko ntugasuzugure President w’igihugu cuba utuyemwo ngo ntazi Kurongora igihugu kuko Bariya bamuhaye urya mwanya bamushizeho babona kwabishoboye.

4. Umuntu niyaza akakubwira ko umugore wiwe canke umugabo wiwe ko amuca inyuma, ntukamubwire ngo ihangane kuko nawe ntuba utazi nimba uwawe nawe ataguca inyuma.

5. Umuntu niyaza akakubwira ko atazi se wamuvyaye , ntukamuseke, kuko nawe uwawe azwi na Nyoko gusa.

N’ibindi vyinshi twovuga ariko nimba ufise ico wokongerako ushobora gushiraho Comment.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments