Unviriza indirimbo nshasha yitwa ” Uwe wangu – Dj K feat Bishi Bee

0

Ino Ndirimbo yaririmbwe numuririnvyi w’umurundi yitwa ”Medson Jackson” batazira DJK hamwe na Bishi-Bee, abo baririnvyi bose baba hano muri Texas ahantu bita Amarillo.medson

Nkuko Djk yabimenyesheje umwanditsi wa UBMNews unomusi, yavuze yuko ariho bagitangura kuririmba kandi ngw’ino Ndirimbo ko yayiririnvye kubwumukunzi wiwe.
DJK yaagize ati : This is a song we sang for my girl friend. This song was sang by DjK and Bishi-Bee. We just started singing and rapping in a coupler weeks ago I hope yall enjoy the song And have a great time listining to it. Thank yall guys

UBMNews ishimira bano bariririnvyi kandi tukaba tubasaba ko bobandanya bagatera imbere cane. Posted by Eric Nyandwi