UBM News ads
Monday, March 4, 2024
No menu items!
UBM News ads

Ibanki y-isi yaraye ihaye uburundi amafaranga imiriyoni 150 z-amadorari kugira hatangwe ubuzi ku batishoboye.

Ibanki y-isi yaraye ihaye uburundi amafaranga imiriyoni 150 z-amadorari kugira hatangwe ubuzi ku batishoboye.

 

May be an image of 2 people and people standing

Amafaranga angana imiriyoni 150 z-amadorari y-abanyamerika  niyo ibanki y-isi yaraye ihaye igihugu c-uburundi , mu ntumbero yo gutanga ubuzi ku banyagihugu batishoboye bari mu ntara zose zigize igihugu c-uburundi.

Amasezerano agenga ayo mafaranga akaba yateweko umukono kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 24 Nzero 2022 hagati y-umushikiranganji w-ikigega ca Leta Domitien Ndihokubwayo n-uwuserukira ibanki y-isi mu Burundi, umupfasoni Veronique Kabongo.

Nkuko biri mw-ayo masezerano yaraye ateweko umukono , Ayo mafaranga akaba azoba agenewe gushira mu ngiro umugambi Cash for Jobs uzofasha ingo zigera ku bihumbi 145.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments