UBM News ads

Ibanki BANCOBU imenyesha ko ivyo kwubakana hagati mu bakozi bibujijwe kuko biri mu vyonona akazi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu rwandiko ubuyobozi bukuru bw-ibanki y-ubudandaji BANCOBU bwandikiye abakozi b-iyo banki kuri uyu wa 9 Myandagaro 2021, bumenyesha ko ivyo kwubakana hagati mu bakozi vyarwiriye  kandi ngo mu nyuma biheza bigatera ingaruka mbi mu kazi.Fourniture d'une plateforme de services financiers numériques de la BANCOBU  - Burundi - TchadCarriere

Ubwo burongozi bw-iyo banki y-ubudandaji  buvuga ko hari ibibazo vyo mu mungo zabo  baheza bakazana ku kazi canke iyo hari imanza zitandukanye bigaca bisaba ko abubakanye  ukwo ari babiri umugore n-umugabo  bica biba ngombwa ko bahabwa akaruhuko ku kazi, ivyo navyo bigatuma akazi kaca kagenda nabi.No photo description available.

ˮ Abashimanye  baziyumvikanira bonyene umwe muribo akurwe mu kazi, , bibananiye, abo bashimanye guhitamwo uwuheba akazi ibanki yonyene izokwihitiramwo  uwukurwa mu kazi baravye uburambe mu kazi hamwe n-amanota mu kazi. Abari basanzwe bubakanye , iyo ngingo ntibaraba ariko nabonyene bagiye gushirwa ugutandukanye‟  bimwe biri mw-urwo rwandiko niko rubitomora.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments