Monday, September 26, 2022
HomeNewsHariki hagati ya Ashley Diva na DNA?

Hariki hagati ya Ashley Diva na DNA?

Abakunzi benshi b’umuziki ndundi babandanya kwibaza ikiri hagati y’umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva hamwe na DNA wo mu gihugu ca kenya
ashley
Nyuma rero yo kwumva ivyo abakunzi b’umuziki babandanya kwibaza,aho bamwe bavuga ko boba barikumwe mu rukundo abandi bakibaza ko boba bagiye gukorana indirimbo,twaramwegereye Ashley Diva turamubaza ikiri hagati yabo uko ari babiri,Ashley Diva akaba yatwishuye ati:
Ikiri hagati ya jewe na DNA ica mbere nuko dusangiye umwuga twese,tukaba turi abaririmvyi,hama nukuri ntiturikumwe mu rukundo kuko jewe nsanzwe mfise umukunzi wanje nkunda cane mwese muramuzi gusa DNA n’umugenzi kandi hari igikorwa ndiko ndategurana nawe mu minsi ya vuba muzokimenya icarico
ashley na DNA
Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva hari haheze amezi make ashize ahabona amasanamu y’indirimbo Africa:

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...