Prezida Evariste Ndayishimiye avuga ko naho ubushikiranganji bw’ubudandanji nubwo gutumatumanako amakuru bwofutwa mu gihugu ubuzima bw’igihugu bwobandanya kuko ataco bumaze.

Prezida Evariste Ndayishimiye avuga ko Hari ubushikiranganji ataco bumaze mu gihugu atari gusesagura amahera yofashije ibindi bisata vy’igihugu.
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye atanga akarorero k’ubushikiranganji bw’ubudandaji no gutumatumanako amakuru aho ubu bushikiranganji ataco bumariye abenegihugu.
Ibi yabishikirije ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 18 nzero mu ntara ya Gitega yagutse mu kwipfurizanya umwaka mwiza wa 2025 n’abagumyabanga b’umugambwe CNDD-FDD bo muri iyo ntara





Recent Comments