Happy Famba agiye gushira ahabona Video z’indirimbo ziwe 2

0

Ibrahim Hassan abenshi bazi kw’izina rya Happy Famba agiye gushira ahabona video ziwe 2, izo nazo ni video y’indirimbo Never Change yakorewe n’umuhinyanyuzi Kent p hamwe na video y’indirimbo Collabo akaba yayikorewe n’umuhinyanyuzi Guera Man,akazoyishira ahabona ku munsi w’Imana igenekerezo rya 14/2/2015
12670289_203808899973001_1613416785138727849_n

Ayo masanamu akazoyashirira ahabona kuri Crystal aho kw’injira azoba ari amafaranga ibihumbi bitanu
12670289_203808899973001_1613416785138727849_n
Tworangiza tubamenyesha ko Happy famba ari umuririmvyi akundwa cane hano mu gihugu c’uburundi