Hagiye kumenyekana umu Dj asumba abandi hano mu Burundi

0

Nyuma yaho amatati atanguriye hano mu gihugu cacu aho bamwe bavuga ngo uyu niwe mu dj akomeye gusumba abandi,uwundi nawe ati uyu niwe arusha abandi,ubu hagiye kuba ihiganwa ryo kumenya umu dj wa mbere mu burundi aho aba dj bagera kuri indwi bazoja mw’ihiganwa hama uwa mbere ahabwe agashimwe
dj

Aba Dj bagiye kuja mw’ihiganwa ni:
Dj Eric,Dj Israel,Dj vampire,Dj prince,Dj Philbert,Dj Nc,Dj nesta,Dj flo,abo nibo ba Dj bagiye kuja mw’ihiganwa,ihiganwa rizoba kw’igenekerezo rya 26/8/2016 rikazobera kuri Star Hotel

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba kibemereye ko kigiye kubabwira vyinshi kubijanye niri higanwa