Etienne Ndayiragije abandanya kwidogegwa n’abakunzi ba vitalo’o fc

0

Umumenyereza w’umugwi wa vitalo fc ariwe Etienne Ndayiragije abandanya yidogegwa n’abakunzi buyo mugwi kuko ngo umusaruro atanga muri uyo mugwi udashimishije cane nkuwo uwahora ari umumenyereza wuyo mugwi kanyenkore yaoundE yatanga muri uyo mugwi
vitalo fc

Abakunzi buyo mugwi wa vitalo’o fc bakaba basaba yuko uyo mumenyereza yovaho hakagaruka kanyankore Gilbert Yaounde

Tworangiza tubamenyesha ko abo bakunzi buyo mugwi bamaze gushikiriza ico kibazo uwusanzwe arongoye uyo mugwi ariwe Benjamin Bikorimana