Epimac yashitse amahoro mu gihugu ca Djibouti

0

Uwahoze ari umunyegori w’umugwi wa lydia ludic Burundi ariwe Epimac yashitse neza mu gihugu ca Djibouti aho aherutse kuronka umugwi yosamira.
Epimac yakiriwe na madede
Akimara gushika muri ico gihugu,Epimac akaba yakiriwe n’uwo bahoze bakinana mu mugwi wa ll Burundi ariwe Mbonihankuye Innoncent abenshi bazi kw’izina rya Madede.

Tworangiza tubamenyesha ko Epimac yaguzwe n’umugwi wa FCD Dikhil aho azowukinira imyaka 2