Chris Biz yoba aje kuba i bujimbura?

0

Chris Biz n’umuririmvyi w’umurundi ariko asanzwe arangurira akazi kiwe k’umuziki mu ntara ya Gitega,intara asanzwe avukamwo,muri kino gihe uyo muririmvyi abarizwa hano mu gisagara ca Bujumbura aho yaje gukora indirimbo mu nzu nshasha ihinyanyura indirimbo ya Master Muzik nkuko uyo muririmvyi yas hoboye kuvyiganira ikinyamakuru cacu ubmnews
chris
Chris Biz ati:naje i bujumbura nje gusohora indirimbo yanje yitwa Abantu,nkaba naje kandi nje nukurondera ishure,kaminuza kuko ngiye gutangura kaminuza uyu mwaka.

Tworangiza tubamenyesha ko Chris Biz ari umuririmvyi akundwa cane mu ntara ya Gitega,akaba ahurikiye mu mugwi Wakali Gangster