Enyimba yihanije vitalo mu kuyitekerera 5-1

0

Umugwi waserukiye igihugu c’uburundi mu marushanwa y’imigwi yabaye iya mbere mu bihigu iwabo ariwo Vitalo watsinzwe ibitsindo 5-1 n’umugwi wa Enyimba wo mu gihugu ca Nigeria,
uyo mugwi wa vitalo fc ukaba watekerewe nuyo mugwi ibitsindo 5-1,ibintu vyatangaje benshi cane na cane cane abakunzi buyo mugwi wa vitalo hamwe n”umumenyereza wabo ariwe Etienne Ndayiragije

Abakinyi b’umugwi wa vitalo bakaba bari bagiye muri ico gihugu ca Nigeria bafise ukwizera muribo kuko bari bashoboye gutsinda umugwi wa liorri wo mu gihugu ca lesotho iwabo bakaba bari bazi ko nuyo mugwi wa Enyimba ariko bazowugurira muga wowo ukaba wabatangaje cane
enyimba
Twobamenyesha ko urukino rwo gusubiriza ruzoba mu ndwi zibiri hano i bujumbura