Emmy ahamagarira abaririmvyi bose gukorera muri indonyi record

0

Umuhinyanyuzi w’amasanamu emmy asanzwe akorera muri indonyi record ahamagarira abaririmvyi bose gukorana na indonyi record kuko ngo muri indonyi record igiciro ari ciza cane kandi ngo bakora ibintu bimeze neza
emmy indonyi
Emmy ati:Ndateye akamo abaririmvyi bose bipfuza gukora amasanamu y’indirimbo zabo ko boza muri indonyi record kuko igiciro ari gito cane kandi ubuhinga tuzikoreramwo ari ubuhinga bukomeye cane
Tworangiza tubamenyesha ko muri Indonyi Record bakorea amasanamu ku mafaranga ibihumbi ijana vy’amarundi