Emery Sun aridogera abatunganije Buja valentin’s day muri Star Hotel

0

Umuririmvyi w’umurundi Emery Sun aridogera cane abatunganije buja valentin’s day kuri star hotel hari ku munsi mukuru w’abakundana aho Emery Sun avuga ko ivyo bavuganye na Buja multi Event yari yatunganije buja valentin’s day batabikurikije ari naco catumye ataririmba mu gihe abakunzi biwe bari bahishikiye ku bwinshi cane kugira bashobore kumwibonera ariko arabaririmbira ariko akaba atariko vyagenze
emery sun

Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Emery Sun akaba yatwiganiye icatumye ataririmba,Emery Sun ati:Uko vyagenze nuko je twavuganye n’abatunganije buja valentin’s day ariko ndababwiye tuvugane icerekeye amahera baguma bambwira ko tuzovugana hanyuma so baje guhengera buca buja valentin’s day iba baca banyandikira ubutumwa bugufi bambwira bati uraza tuzoguha amahera ibihumbi mirongo itanu so naciye mbona ko bashaka kungaya nca mpitamwo kutaza kuririmba
do sun

Ikinyamakuru cacu kikaba kiriko kirondera abatunganije buja valentin’s day kugira baduhe nabo umuco