Emery Sun arahakana ko asohakana na Michou

0

Nyuma y’iminsi mike havuzweko umuririmvyi Emery Sun ko asohokana n’umumenyeshamakuru wo kuri radio 10 Michou Miracle,uyo muririmvyi yaraye abihakanye ku mugaragaro aho yari igihe yariko arabazwa n’umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru cacu ubmnews
emery sun

Aganira n’umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru cacu ,Emery Sun akaba yavuze ati:Michou n’umugenzi bisanzwe ntabwo dusohokana nkuko bimaze iminsi bivugwa

Tworangiza tubamenyesha ko intandaro yo kuvugwa ko Emery Sun na Michou basohokana vyavuye kw’ifoto bifotozanye bemeze nkabagomba basomane