Zuguguru zuguru uyu musi hagati y’ubuchinoi na Amerika zigeze kuyindi ntera!Donald trump ahejeje kuduza ama taxe kubicuruzwa vy’ubushinoi vyinjira muri Amerika kuva kuri 104% gushika kuri 125%.
ku bindi bihugu,Donald Trump abaye ahagaritse ingingo yaheruka kubifatira ijanye n’amakori y’umurengera ku bicuruzwa vyinjira muri Amerika mu kiringo c’imisi 90.Ibi vyose Donald Trump avuga ko abikoze kubera ubu Chinoi bwakomeje kunana ku ngingo Ya Trump ntibwemere kuganira N’Amerika nkuko ibindi bihugu vyabikoze.

Ubu chinoi nabwo mu kwihora bwashizeho amakori ya 84%ku bicuruzwa vy’amarika vyinjira mu Bushinoi
Abihweza ibintu n’ibindi bemeza ko Donald trump intwaro yiwe izananye umukazo ibishobora kumukwegera ntaheze ikiringo ciwe





Recent Comments