Friday, August 19, 2022
HomeNewsDivine Ngendabanka yahinduye izina

Divine Ngendabanka yahinduye izina

Umwigeme azwi cane mu kuja mu masanamu y’indiririmbo za bamwe mu baririmvyi ba hano mu burundi ariwe Ngendabanka Divine yahinduye izina ryiwe aho kuva ubu agiye yitwa Divi Nicki
divine
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,Divine Ngendabanka akaba yatumenyesheje ko kuva ubu agiye guhindura izina aho yavuze ko ubu atamuntu numwe azoba akimwita Ngendabanka ahubwo bazoza baramwita Divi Nicki

Tworangiza tubamenyesha ko uyo mwigeme amaze kuja mu masanamu menshi y’abaririmvyi ba hano mu Burundi nk’amasanamu y’indirimbo ndakumisinze ya Big Fizzo nayandi menshid

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments