DIAMOND yashize ahagaragara itariki bazokwerekanirako Umwana wiwe.

0

Tiffah umwana wa DIAMOND na ZARRI THE BOSS LADY agiye kwerekanwa ubwa mbere nkuko se w’umwana ariwe Diamond yashoboye kubimenyesha mu kiganiro aherutse gutanga ku banditsi n’abamenyeshamakuru.

diamond

Tiffah akazokwerekanwa kw’igenekerezo rya 20/9/2015,akaba ariho azoba yerekanwe ubwa mbere nyuma y’ukwezi kwari kurangiye uyo mwana avutse.

diamond

Uyo mwana akaba yaravuzweko menshi kuva akivuka,aho vyavugwa ko uyo mwana atari uwa Diamond ariko mu bipimo biheruka gukorwa bikaba vyaremejweko uyo mwana w’umukobwa Tiffah ari umwana wa Diamond na ZARRI THE BOSSY LADY.