Clarisse na Yoya bungutse ikibondo

0

Umurirmvyi w’umurundi Yoya djamali aheruka kuronka ikibondo hari ku munsi wa kane igenekerezo rya 14/4/2016
iteka isaac jamali

Uyo mwana akaba yaboneye izuba mu gihugu c’ubwongereza kuko umukunzi wa yoya ariwe clarisse muri kino gihe abarizwa mu gihugu c’ubwongereza
Aganira na bagenzi bacu yoya akaba akaba yamenyesheje ko ahimbawe cane nukuronka ikibondo akanavuga ko vuba azoja kuraba ikibondo ciwe mu gihugu c’ubwongereza ngo naho bizoteba bivanye nuko impapuro zimwemera gushika muri ico gihugu atarazironka

Tworangiza tubamenyesha ko ico kibondo citwa Iteka Issac Jamal