Abana babiri bafise ingabirano idasanzwe aribo Chris na Junior bagiye kugaruka mu muziki aho bagiye gusohora indirimbo nyinshi n’amashusho nkuko bashoboye kubishikiriza ikinyamakuru canyu ubmnews
Baganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews,chris na junior bakaba bamenyesheje ko bamaze gusubira kandi mu nzu ihinyanyura indirimbo kugira basubire bakore izindi ndirimbo nyuma y’agacerere bari bamazemwo iminsi badakora ariko ubu bakaba baje n’inguvu zidasanzwe cane
Tworangiza tubamenyesha ko chris na junior ari abana bakiri bato cane ariko bakaba bamaze kwiyandikishiriza amateka mu muziki ndundi
Raba imwe mu ndirimbo zabo:
Recent Comments