Chany Queen yibarutse umwana w’umuhungu

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Gitare Channelle abenshi bazi kw’izina rya chany Queen yaraye yibarutse umwana wiwe agira kabiri,umwana aje gukurikira uwundi yigeze kuvyara w’umwigeme aho yari yamuvyaranye n’umuririmvyi Lolilo
chany queen n'umugabo wiwe aho yaracibungeze
Nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bagenzi bacu babamenyeshamakuru avugako uyo muririmvyikazi chany Queen yashoboye kwibaruka ku munsi wa gatatu,akaba yarashoboye kwibarukira ku bitaro” Prince Régent charles”,umwana bakaba bahisemwo kumwita Rodnel,iryo zina yahawe rikaba ririmwo amazina y’abavyeyi biwe bose, se akaba yitwa Rodrique(Rod) nayo nyina akaba chanelle(nell).

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba gikeje Chany Queen