UBM News ads
Wednesday, February 21, 2024
No menu items!
UBM News ads

Cankuzo: Ubutare butazwi ubwoko bwabwo bwatowe aho bwari bwimbiwe muri komine Kigamba.

Ubutare butaramenyekana ubwoko bwabwo bwatowe kuri uyu wa kane muri Komine Kigamba mu ntara ya Cankuzo aho bwari bwimbwiwe  bunyegeje mu kuzimu mu kibanza ca Oasis. Ico kinogo kikaba catowe n-abakozi ba OBR,ikigo kijejwe kwegeranya amakori n-amatagisi.May be an image of 1 person, standing and outdoors

Abajejwe umutekano bemeza ko ico gikorwa kibandanya co kuraba ubundi butare kandi ko umutekano ucunzwe bikwiye.  Abazi ico kigo, bavuga ko ico kibanza ca Oasis cahora kibamwo abazungu , ari naco gituma bikekwa ko aribo boba bahahamvye ubwo butare imbere yo gusubira iwabo.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments