Bruno Bula umufotozi amaze iminsi abica bigacika hano mu gihugu c’uburundi na cane cane mu gisagara ca bujumbura arahamagarira abantu bose bakunda kw’ifotoza ko boza baramutumberera hama bagaheza bakifotoza akabafotora amafoto meza
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews kuruyu wa kabiri,Bruno Bula akaba yamenyesheje ko abantu bose bipfuza gukorana nawe,abafise imanza,ubugeni canke ibindi ko bomwegera hama bagaheza bagakorana nawe kandi ku giciro ciza cane,igiciro atahandi bazogisanga
Tworangiza tubamenyesha ko aboshaka bruno bula ko bomurondera ku buhinga ngurukana bumenyi akaba yitwa Bruno Bula