Breaking News : Agathon Rwasa yitavye ibikorwa vy’inama nshingamateka

0

Agathon Rwasa , Umukuru w’Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi, yitavye inama ya mbere y’inama nshingamateka igizwe n’abashingamateka batowe kuwa 29 Ruheshi 2015.

rwasa

Mu gihe Rwasa Agathon yitavye ibikorwa vy’inama nshingamateka,uwo bafatanije kurongora Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi Karori Nditije nabo bari kumwe ntiyitavye ivyo bikorwa.

agathon

UBM News tubibutse ko Urunani rw’Abigenga Amizero y’Abarundi rwari rwitezwe ko ruserukirwa n’abashingamateka 30,ariko 16 bonyene gusa nibo bari bitavye ivyo bikorwa vy’Inama nshingamateka.

Agathon rwasa

cndd