Black Arthur na Ashley Diva bashize ahabona amasanamu y’indirimbo My Everything

0

Umuhinyanyuzi akongera akaba umuririmvyi Black Arthur afadikanije n’umuririmvyikazi Ashley Diva bashize ahabona amasanamu y’indirimbo yabo,indirimbo My Everthing.
black arthur na ashley diva
Ashley Diva akaba yiteze ko ayop masanamu yiyo ndirimbo azokundwa n’abatari bake hano mu bUrundi eka ndetse no kw’isi yose.
Ukeneye kuraba ayo masanamu,yarabe hano kuriyi link: