Umukobwa wo muri IDAHO atashimye ko tumuvuga amazina ( Kugira turinde umutekano wiwe ) yipfuje kwabantu bogira ico bavuga kuri kino kibazo yabajije !
Mumajambo make yagize ati : kuki abapende ( Pentecost ) bakomeza bivangura kandi barimwidini rimwe bagashinga ayandi madini? aha mba muri America mugisagara ca Idoho baherutse kugwana ama bible barayatabagura eka siho gusa nahandi nama nunva ko bashwana hakavamwo bamwe bagashinga ayabo, nosaba mufanshe menye igituma , ese kuki hoho aba cathoric canke ayandi madini batinvangura canke ngo bashinge ayandi amadini menshi ? bo ntibasenga Imana nkabandi canke abo baba bashaka amaronko ntakindi ??
Ishura ikibazo uno mukobwa yabajije kugirango amenye impanvu amakanisa yabarundi akomeje kwisambura ?
Recent Comments