AbapolisI bane bo ku rwego rwaba Offciers babogojwe mu mabanga yo kuba abapolisi b’igihugu c’Uburundi.
Abo babogojwe mu rwandiko rwasinyweko n’umukuru w’igihugu, Pierre Nkurunziza kuri uyu musi itariki 8 Ruhuhuma 2019.
Abo babogojwe nabo akaba ari aba: OPC1 Alexis Hakizimana, OPP1 Prime Nduwimana, OPP1 Joseph Adolphe Nitunga na OPC1 Léonidas Nisubire.






Recent Comments