Ashley Diva mu myiteguro yo gukora amasanamu y’indirimbo Siku Mbili

0

Umuririmvyikazi w’umurundi Ashley Diva ari mum myiteguro yo gukora amasanamu y’indirimbo yiwe nshasha nkuko yashoboye kubitumenyesha
ashley-diva
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews ,Ashley Diva akaba yatumenyesheje ko ibikorwa vyo gukora ayo masanamu yiyo ndirimbo yiwe nshasha,indirimbo yitwa Siku Mbili,amasanamu ariko akorwa n’umuhinyanyuzi Kent -P

Tworangiza tubamenyesha ko ubmnews kizoba ikinyamakuru ca mbere kuronka ayo masanamu