Ashley Diva hoba hari gishasha ariko arategura?

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva ngo bamwitege abakunzi b’umuziki w’uburundi kuko ngo ariko abategurira ikintu gikomeye cane

Mu kiganiro uyo muririmvyikazi yagiranye n’umumenyeshamakuru w’ikinyamakuru ubmnews akaba yamenyesheje ko muri kino gihe naho atari mu burundi,ari mu gihugu ca kenya akazi ko kuririmba akabandanya kandi ko hari ikintu ariko arategurira abakunzi biwe n’abakunzi b’umuziki ndundi vuba bakazocumva kandi bakazoshima naho atashimye kuvuga ryari ico kintu ariko arategura ryari kizoja ahabona
diva
Umviriza hano imwe mu ndirimbo ya ashley iriko irabica bigacika muri kino gihe: