Ashley Diva atumirira abantu kuza ku bwinshi mu giteramo ciwe ca nyuma mu Burundi

0

Girukwishaka Aicetou Carmelle abenshi bazi kw’izina rya Ashley Diva aratumirira abakunzi biwe bose ko boza ku bwinshin cane mu giteramo gitegekanijwe kuri uno muhingamo harya kw’ishure ryo kuri Ecole Independante,igiteramo kizoba kirimwo abaririmvyi bahurikiye mu mugwi Wcb wo mu gihugu ca Tanzania,abaririmvyi Rich Mavoko,Harmonize hamwe na Raymond
ashley-diva
Ashley ati:Ntimutangwe………!
Duhurire harya kuri….ecole Endependante (Saint Michel)
Nagomba nsezere aba fans banje kuruyu musi wa le 24
muze muri benshi…..
Iyi ni performance yanje ya nyuma buja
Next week
Kenya
Ayo akaba ariyo majambo Ashley Diva yashoboye kuvuga ayacishije ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi rwa Facebook
Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva azoba akoze igiteramo ca nyuma kuko nyuma y’igiteramo c’uno munsi,Ashley Diva azoca afata urugendo yerekeza mu gihugu ca Kenya aho asanzwe akorera akazi kiwe k’umuziki