Saturday, December 3, 2022
HomeNewsArakaza Mac Arthur yubatse urwiwe

Arakaza Mac Arthur yubatse urwiwe

Ku munsi Wa gatandatu igenekerezo RYA 29 /10/2016 hari haramutse umunezero ntangere mu muryango Wa Mac Arthur arakaza na Audrey Irakoze,hari ubugeni budasanzwe,ubugeni bwagakura,ubugeni butazokwigera bwibagiranwa mu bantu.
mac-arthur
Isinzi ry’ abantu niho ryari,abakinyi bakinana na mac arthur mu mugwi wa vitalo,abakunzi biwe,abaririmvyi batandukanye ba hano mu gihugu c’ uburundi,abamenyeshamakuru,abanyecubahiro,imiryango ya Mac arthur na Audna n’ abandi benshiiiiiiiiiii.
audna-na-mac-arthur
Tworangiza tubamenyesha ko Mac Arthur na Audna kwizera bari bamaranye imyaka 2 bari kumwe mu rukundo imbere yuko bagira ubugeni

Must Read

Perezida Kagame yagiriza Tshisekedi kwitwaza intambara ya M23 kugira yunguruze amatora...

0
Umukuru w’igihugu c’Urwanda, Paul Kagame yagiriza mugenzi we w’igihugu ca Congo, Felix Tshisekedi ko yoba afise imigambi yo kwitwaza ibibazo vy’umutekano muke urangwa mu...